Ivyimirijwe.


Ihuriro Rikuru ry'Abagenzi 2024


Afurika y'Epfo: 05-08-2024 — 13-08-2024.


‌Inama rusangi y'Abagenzi kw'Isi ni inama ihuza Amanama y'umwaka yose y'Abagenzi mu biganiro vyerekeye imigambi y'iterambere binyuze n'ibikorwa vyo guhimbaza, gusenga no gusangira Ijambo ry'Imana. Kanda hano, umenye vyinshi kuvy'iyo nama.

MENYA VYINSHI

01-10-2023


Umusi wahariwe Abagenzi kw'Isi


Umunsi mpuzamahanga w'Abagenzi n'umusi mukuru wahariwe abagenzi kw'isi. Uwu munsi uhuza Abagenzi muguhayagiza ubudasa bw'ibibatandukanya kandi kikaba igihe coguhurira hamwe mugukomereza hamwe umuryango w'aba Quakers. Kanda hano umenye vyinshi kuvy'uwo musi.

MENYA VYINSHI

Amakuru agezweho

Amakuru yose

Burundi Friends Church Opens Two Clean Water Fountains For Kirundo Locals

2020-02-04 16:21:21

On October 29, 2022 : Evangelical Friends Church based in Bugabira Commune in Kirundo Province officially opened two of…

Ivugabutumwa - Inzira Itoroshe: Inkuru Ya Pasitori Ntawutunga Bernard

2020-02-04 16:20:37

Namenye pasteur Ntawutunga Bernard nciga mu mashure yisimbuye, haraciye imyaka irenga 20. Yambereye umuvukanyi mwiza hamwe…

The Evangelical Friends in Burundi Serving Helpless Widows and Orphans

2020-02-04 16:18:35

Reading the Scriptures written in James 1:27 regarding the True and Holy Religion that is the one who serve widows and orphans…

The Inclusion of Persons with Disabilities in Church Development Programs Projects (IPDCDP)

2023-03-27 15:53:55

IPDCDP Friends Church Burundi is a project supported financially by Disabilities Network (EDAN) to contribute to the inclusion…

Leaders meeting with intellectuals within the church

2023-06-21 09:45:24

On June 8, 2023, a meeting of the various intellectuals from the Burundi Evangelical Friends Church was held in the city…

Ikiyago Ngirakamaro Uwutwara Ihuriro Rikuru ry’Ishengero ry’Abagenzi Kw’Isi, Simon C. Lamb Yagiriraniye n’Urwaruka rw’Ishengero Aho Yaheruka i Burundi

2023-08-30 22:58:34

Ikiyago Ngirakamaro Uwutwara Ihuriro Rikuru ry’Ishengero ry’Abagenzi Kw’Isi, Simon C. Lamb Yagiriraniye n’Urwaruka…

Gutanguza umugambi wo gushigikira abapfakazi n'iterambere ry'imiryango

2024-03-18 12:18:27

Ishengero Mvugabutumwa ry'Abagenzi  ryamye ryitwararika Amahoro n'Iterambere ry umuntu, umuryango , ikibano n'igihugu kuva…