Ivyerekeye Ishengero ry'Abagenzi

Ibitwerekeye

Ishengero mvugabutumwa ry'Abagenzi mu Burundi ni umuryango w'abizera Kristo mbese ukwiragiye mu mpande zose z'igihugu. Dufise abakirisu mu Ntara nka zose (17 kuri 18). Benshi mu bakirisu bacu baherereye mu Ntara ya Gitega, Ngozi, Muramvya na Ruyigi. Ishengero ryacu rikaba rifise abakirisu bababa ibihumbi mirong'itandatu (60,000) harimwo n'urwaruka rurenza imyaka 15 ( rushika kuri 15,000).



Raba aho duherereye

Aderesi

145 Avenue de l'Industrie. Rohero, Bujumbura, Burundi.

Terefone

Hamagara +257 22 21 62 55 canke +254 112 968 717

Ubundi buryo wokoresha

Email: support@burundifriendschurch.org

Ibiharuro  

Dufise abapasitori 119 bayobora amakoraniro 246. Dufise kandi, amavuriro 4, amashure matomato 20 be n'amashure yisumbye 17, (harimwo n'abiri yigisha ivyigwa vya Bibiliya).

249

Amakoraniro

60000

Abakirisu

18

Amashure

4

Ibitaro

Kahise kacu

Ishengero ry'Abagenzi mu Burundi ryatangujwe n'umuryango w'aba Kwekeri (Quakers) mu mwaka wi 1933. Ivyizerwa vyaryo bikaba ... 

Menya vyinshi

Amanama

Ishengero ry'Abagenzi mu Burundi rigizwe n'amakoraniro atunganijwe mu manama y'amezi. Ayo nayo agahurizwa hamwe munama z' … 

Menya vyinshi

Itunganywa

Itunganywa ry'Ibice bigize Ishengero ry'Abagenzi mu Burundi ritunganijwe nk'uko igicapu gikurikira kivyerekana ...

Menya vyinshi

Abatuyobora

Ishengero ry'Abagenzi mu Burundi rigizwe n'Inama z'umwaka zibiri ziyobowe na:


Rev. Nizigiyimana Louis Pasteur

Aserukira Ishengero imbere y'amategeko & Arongoye Inama Nkuru y'Ishengero

Hon. Bizimana Philippe

Umurongozi w'Inama y'Umwaka ya Kibimba

Rev. Nkuriye Daniel

Umurongozi w'Inama y'Umwaka ya Kwibuka

Rev. Ndikumana Eraste

Umubwiriza mukuru w'Inama y'Umwaka ya Kibimba

Rev. Bizimana Fidèle

Umubwiriza mukuru w'Inama y'Umwaka ya Kwibuka