Ishengero ry'Abagenzi mu Burundi
Umuryango w'abakristo uhayagiza Imana m'ubumwe,
no mu bikorwa vy'iterambere.
Abo turi be n'ivyo dukora
Dushimangira Impinduka n'Iterambere.
Mu myaka 80 Ishengero ry'Abagenzi rimaze mu Burundi, rishimangira Ivugabutumwa, ubumwe n'iterambere mumibano, mu bikorwa vy'amagara meza, be n'Indero irama.
Umuhamagaro wacu
Guhindura abantu Abigishwa.
Kimwe mu bikorwa bikuru bikuru dukora, ni guhindura abantu abigishwa. Tubikora mugusangira no kwiga Ijambo ry'Imana.

Umuhamagaro Wacu
Intumbero yacu ni kwubaka umuryango w'abakristo bahinduwe n'ijambo ry'Imana, bashimangira kuba umuco w'Isi, kandi bitayeho Iterambere mu Burundi, n'ahandi.
Twahamagariwe gukwiragiza ubutumwa bwiza, kuyobora abantu kubana mu mahoro, kubigisha no kubahimiriza iterambere rirama rinyuze n'ibikorwa vy'ijambo ry'Imana, guhimbaza no gusenga.
Burundi Young Friends Engage in Thoughtful…
Burundi Young Friends Engage in Thoughtful Dialogue with FWCC Clerk, Simon C. Lamb During His Visit to Burundi
Read more
The Inclusion of Persons with Disabilities…
IPDCDP Friends Church Burundi is a project supported financially by Disabilities Network (EDAN) to contribute to the inclusion…
Read more
Ishengero ry’abagenzi mu Kirundo ryaraye…
Ku wa 29 Gitugutu 2022, niho amavomo 2 kuri 3 yubatswe n'iryo shengero muri Komine Bugabira yrashikirizwa Abenegihugu bo…
Read more249
Amakoraniro
18
Amashure
53845
Abakirisu
4
Ibitaro


